1 Korinto 4:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Gushika n’ubu turasonza kandi tukanyoterwa, ntitugira ico twambara, turakubitwa, kandi ntitugira aho tuba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Gushitsa n’ubu twishwe n’inzara n’inyota, twambaye ubusa, dukubitwa ibipfunsi, tubura uburagamo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |