1 Korinto 3:3 - Bibiliya mu Kirundi coroshe3 Muracagendera mu ngeso zanyu za kera zo mw’isi kuko muracagiriranira ishari kandi muracatongana. None ivyo ntivyerekana ko mukigendera mu ngeso zanyu za kera? Mbega ntimubayeho nk’abandi bose batizera? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)3 kuko mukiganzwa n’ivy’ akameremere kanyu. Ko muri mwebge har’ ishari n’ugutongana, ntimuganzwa na vyo? Ntimugenda nk’abantu? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |