1 Korinto 3:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Bene Data, igihe nari kumwe namwe sinabigishije nk’uko nokwigisha abantu bakuze mu Mpwemu, nabigishije nk’abantu basanzwe bo mw’isi, nk’abana bato mu vy’ukwizera Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Kubganje, bene Data, sinashoboye kubabgira nk’ab’ impwemu, ariko nababgiye nk’abaganzwa n’akameremere k’imibiri yabo, nk’abana b’inzoya bo muri Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |