1 Korinto 2:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 Ahubwo tubabwira ubwenge bw’Imana bwagizwe ibanga, bwari bwaranyegejwe, ariko Imana ikaba yarabuduteguriye isi itararemwa kugira ngo buzoduhe ubwiza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 Ariko tuvugishwa n’ubgenge bg’Imana bgari bgaragizwe ibanga, bgari bgaranyegejwe, ubgo Imana yagabiye kera, ibihe vyose bitarabaho ko buzoba icubahiro cacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |