1 Korinto 2:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe16 kuko handitswe ngo: “Ni nde yigeze amenya ivyiyumviro vy’Uhoraho kugira ngo amugire inama?” Ariko tweho turabitahura kuko dufise ivyiyumviro vya Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Ni nde yigeze kumenya ivyiyumviro vy’Uhoraho ngo yigishe Uhoraho? Ariko twebge dufise ivyiyumviro vya Kristo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |