1 Korinto 2:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Umuntu adafise Mpwemu ntashobora kwakira ibiva kuri Mpwemu w’Imana, kuko bisa n’ubujuju kuri we, kandi ntashobora kubitahura kuko bisesangurwa biciye muri Mpwemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Arik’ umuntu afise umubiri n’ubgenge gusa ntiyemera ivya Mpwemu w’Imana: kukw ar’ ubupfu kuri we, kandi ntashobora kubimenya, kuko vyitegerezwa mu buryo bg’impwemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |