1 Korinto 2:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Kandi ntitwahawe impwemu y’iyi si, ariko twahawe Mpwemu ava ku Mana, kugira dutahure ivy’akaburarugero Imana yaduhereye ubuntu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ariko tweho ntitwāhawe impwemu y’iyi si, ariko twāhawe Mpwemu ava ku Mana, kugira ngo tumenye ivy’ Imana yatugabiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |