1 Korinto 2:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Ariko ivyo Imana yarabiduhishuriye muri Mpwemu wayo. Mpwemu asesangura vyose, mbere n’ibihishijwe vy’amabanga y’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Arikw Imana yabiduhishuriye muri Mpwemu wayo: Mpwemu asesa vyose, n’ibihishijwe vy’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |