1 Korinto 16:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Ndashobora kuzomarana namwe igihe, mbere nshobora kuhamara igihe c’imbeho nyinshi cane, kugira ngo muzomfashe ku bijanye no kubandanya urugendo, iyo nzoba ngiye hose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko kumbure nzomarana namwe imisi, canke nzomara n’urushana, kugira ngo mumperekeze, munsezere neza aho nzoja hose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |