Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 16:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Jewe Pawulo, ndabandikiye ndabatasha n’ukuboko kwanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Uku ni kwo gutasha kwanje Paulo, kwanditswe n’ukwanje kuboko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 16:21
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nanje Terutiyo, nafashije Pawulo kwandika iri kete, ndabaramukije mw’izina rya Yesu.


Nimurabe ingene ndabandikiye mu ndome nkuru n’ukuboko kwanje!


Jewe Pawulo, ndabandikiye ndabatasha n’ukuboko kwanje. Ubuntu bw’Imana bubane namwe.


Jewe Pawulo, ndabandikiye ndabatasha n’ukuboko kwanje, ni co kimenyetso mu makete yanje yose. Uku ni ko nandika.


Jewe Pawulo, ndabikwandikiye n’ukuboko kwanje: nzorikuriha. Sinorinda kukwibutsa ko nawe umfitiye ideni ry’ubuzima bwawe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ