Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 16:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

20 Bene Data bose turi kumwe hano barabatasha. Muramukanye mu kugumbirana kwera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Bene Data bose barabaganūtsa. Muramukanishe kugumbirana kwera.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 16:20
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nimwaramutsa incuti zanyu gusa, ni igiki muzoba murushije abandi? Mbega abatizera Imana bo ntibabigenza batyo?


Muramukanye mu kugumbirana kwera. Amashengero yose ya Kristo arabatasha.


Timoteyo, uwo dukorana, arabaramutsa, co kimwe na Lukiyo, Yasoni na Sosipateri Abayuda bagenzanje.


Gayo, ampaye indaro hamwe n’ishengero ryose rikoranira iwe barabaramutsa. Erasito, umunyabigega w’igisagara, hamwe na mwene Data Kwarito barabaramutsa. [


Abera bose barabatasha, na canecane abo mu nzu kwa Kayisari.


Muturamukirize bene Data bose n’ukugumbirana kwera.


Mundamukirize abarongozi banyu bose n’abizera bose. Abizera bo mu Butaliyano barabaramutsa.


Muramukanishe indamukanyo y’urukundo. Amahoro abe kuri mwebwe mwese abari muri Kristo!


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ