1 Korinto 16:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe10 Timoteyo niyashika hiyo, muzomwakire neza kugira agubwe neza muri mwebwe, kuko ariko akora igikorwa c’Umwami co kimwe nanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)10 Timoteyo ni yaramuka aje i wanyu, muze mumubabare kugira ngw abane namwe ata bgoba; kukw akora igikorwa c’Umwami wacu nkanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |