1 Korinto 15:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Inyuma yaho yiyerekera rimwe bene Data barenga amajana atanu, kandi n’aho benshi muri bo bamaze gupfa, bamwe muri bo baracariho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 akongera akiyerekera hamwe bene Data basāga amajana atanu, mur’ abo abenshi baracariho n’ubu, ariko bamwe bārasinziriye: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |