1 Korinto 15:53 - Bibiliya mu Kirundi coroshe53 Uyu mubiri wacu ubora uzoca wambara ukutabora, kandi uwu mubiri wacu upfa uzoca wambara ukudapfa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)53 Kuk’ uyu mubiri ubora ukwiye kuzokwambara ukutabora, kand’ uyu mubiri upfa ukwiye kuzokwambara ukudapfa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |