1 Korinto 15:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Bizoba mu kanya isase, nk’uwukubise urugohe, igihe inzamba izovuga. Niyavuga abazoba barapfuye bazoca bazukira kubaho ibihe vyose. Natwe tuzoba tukiri bazima, tuzoca duhindurwa ukundi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 mu kanya gato, mu kanya nk’ako gukubita ingohe, ah’ inzamba y’iherezo izovugira. Kukw inzamba izovuga, abapfuye bakazurwa batagishobora kubora, natwe tuzohindurwa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |