1 Korinto 15:50 - Bibiliya mu Kirundi coroshe50 Ico ngomba kubabwira bene Data, ni uko uwu mubiri twambaye utazoragwa Ubwami bw’Imana, kandi ibibora vyose ntibizoragwa ibizohoraho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)50 Ariko bene Data, ico mvuga n’iki, yukw ab’inyama n’amaraso badashobora kuragwa ubgami bg’Imana, kand’ ibibora bitaragwa ibitabora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |