1 Korinto 15:44 - Bibiliya mu Kirundi coroshe44 Ihambwa ari imibiri y’abantu nk’uko tuyibona, ariko izozurwa ari imibiri yo mu buryo bw’impwemu. Kuko nk’uko hari imibiri isanzwe, hariho n’imibiri yo mu buryo bw’impwemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)44 habibga umubiri w’inyama, hazurwa umubiri w’impwemu. Asangwa harih’ umubiri w’inyama hariho kandi n’uw’ impwemu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |