Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:41 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

41 Izuba rigira ugukayangana kwaryo, ukwezi kukagira ugukayangana kwakwo, inyenyeri na zo zikagira ugukayangana kwazo, kandi n’inyenyeri ubwazo zigira ugukayangana gutandukanye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

41 Ubgiza bg’izuba bur’ ukwabgo, n’ubgiza bg’ukwezi bur’ ukwabgo, n’ubgiza bg’inyenyeri bur’ ukwabgo: kand’ inyenyeri ntinganya ubgiza na mugenzi wayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:41
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Shebuja aramwishura ati: ‘Ndaguhaye kurongora ibisagara bitanu.’


Hari ibiba mu kirere, hakaba n’ibiba kw’isi, ariko ibiba mu kirere bifise ugukayangana kwavyo, ivyo kw’isi bikagira ugukayangana kwavyo.


Ni ko bizoba bimeze ku musi w’izuka ry’abapfuye. Uwu mubiri uhambwa ni uwubora, ariko uzozurirwa kubaho ibihe vyose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ