Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:40 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

40 Hari ibiba mu kirere, hakaba n’ibiba kw’isi, ariko ibiba mu kirere bifise ugukayangana kwavyo, ivyo kw’isi bikagira ugukayangana kwavyo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

40 Kandi har’ imitumba yo kw ijuru n’imitumba yo kw isi: arik’ ubgiza bg’iyo kw ijuru bur’ ukwabgo; n’ubg’ iyo kw isi bur’ ukwabgo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:40
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Imibiri yose ntimeze co kimwe: abantu bafise imibiri yabo, ibikoko bikagira iyavyo, inyoni zikagira iyazo, n’amafi akagira iyayo.


Izuba rigira ugukayangana kwaryo, ukwezi kukagira ugukayangana kwakwo, inyenyeri na zo zikagira ugukayangana kwazo, kandi n’inyenyeri ubwazo zigira ugukayangana gutandukanye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ