Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

39 Imibiri yose ntimeze co kimwe: abantu bafise imibiri yabo, ibikoko bikagira iyavyo, inyoni zikagira iyazo, n’amafi akagira iyayo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

39 Inyama zose si zimwe; iz’ abantu zir’ ukwazo, n’iz ibikōko zir’ ukwazo, n’iz’ inyoni n’ibisīga zir’ ukwazo, n’iz’ ifi zir’ ukwazo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:39
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Hanyuma Imana ikayiha umutumba nk’uko yabiteguye, kandi igatanga imitumba itandukanye bivanye n’imbuto.


Hari ibiba mu kirere, hakaba n’ibiba kw’isi, ariko ibiba mu kirere bifise ugukayangana kwavyo, ivyo kw’isi bikagira ugukayangana kwavyo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ