Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:38 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

38 Hanyuma Imana ikayiha umutumba nk’uko yabiteguye, kandi igatanga imitumba itandukanye bivanye n’imbuto.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

38 Arikw Imana igaha umutumba, nk’uko yagomvye, kand’ akabuto kose igaha umutumba wako ukwako.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:38
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico mubiba si urya mutumba w’igiterwa ukura, ahubwo ni imbuto zisanzwe, zaba ingano canke izindi mbuto.


Imibiri yose ntimeze co kimwe: abantu bafise imibiri yabo, ibikoko bikagira iyavyo, inyoni zikagira iyazo, n’amafi akagira iyayo.


None rero, yaba uwabivye, yaba uwavomeye, bompi nta co bamaze. Imana yonyene ikuza ni yo ihambaye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ