Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:37 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

37 Ico mubiba si urya mutumba w’igiterwa ukura, ahubwo ni imbuto zisanzwe, zaba ingano canke izindi mbuto.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

37 Kand’ ic’ ubiba, ntubiba umutumba uzohaba, arik’ ubiba akabuto uko kari, ari nk’ak’ ingano, cank’ akandi kose.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:37
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

haba mw’ijoro canke ku murango, asinziriye canke ari maso, izo mbuto ziramera, zigakura, ariko we ntamenya uko bigenda.


Mwa mburabwenge mwe! Imbuto ntishobora kumera itabanje gupfa.


Hanyuma Imana ikayiha umutumba nk’uko yabiteguye, kandi igatanga imitumba itandukanye bivanye n’imbuto.


Ariko Imana ishimwe, yo yatugize imbohe zayo, ikaguma iturongora ubudasiba mu kwigina intsinzi ya Yesu. Iciye kuri twebwe, imenyekanisha Kristo kuri bose nk’umubavu umota neza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ