Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

35 Ariko bamwe muri mwebwe barabaza bati: “Mbega abapfuye bozozuka gute? Bazoba bafise umubiri umeze gute?”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

35 Arik’ umuntu yobaza, at’ Abapfuye bazurwa bate, kandi baza bafise umubiri ki?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:35
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nikodemu aramubaza ati: “Mbega umuntu ashaje yoshobora kuvuka ubwa kabiri gute? Yoshobora gusubira mu nda ya nyina, akongera akavuka?”


Nikodemu aramubaza ati: “None ivyo bishoboka bite?”


Baramubaza bati: “None vyagenze gute ngo amaso yawe ahumuke?”


Urashobora kuvuga uti: “Nimba ibintu bimeze gutyo, ni kuki Imana ivuga ko abantu batayumvira? Mbega ni nde ashobora kwanka ugushaka kwayo?”


Azofata umubiri wacu w’intege nke kandi upfa, awuhindure umubiri w’ubwiza usa n’uwiwe, muri bwa bushobozi afise bumushoboza gushira vyose musi y’inganji yiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ