Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:34 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

34 Garura ubwenge nk’uko bibereye, mureke kwama mukora ivyaha. Ibi ndabivuze kugira ngo ndabatere kugira isoni, kuko bamwe muri mwebwe bataramenya Imana na gato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

34 Mushire ibirāre, mugororoke, ntimukore ivyaha: kuko bamwe batazi Imana. Mbivugiye kubatētereza.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:34
17 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arabishura ati: “Mwarazimiye kuko mudatahura ico Ivyanditswe vyera bivuga, ntimumenye n’ubushobozi bw’Imana.


Mu nyuma, Yesu amusanga mu rusengero aramubwira ati: “Urabona ko wakize! Ntuze usubire gucumura kugira ngo ntuze ushikirwe n’icago kirengeye ico wahorana.”


Na we aramwishura ati: “Oya, nyakwubahwa.” Yesu aramubwira ati: “Nanje nta rubanza ndagucira. Niwigire ariko ntugasubire gukora icaha.”]


Mbega ni kuki muri mwebwe hari abibaza ko bidashoboka ko Imana izura abapfuye?


Kuko banse kumenya Imana, na yo yarabahevye, irabareka ngo bakurikire ivyiyumviro vyabo bipfuye, bakore ibintu batari babereye gukora.


Kandi ivyo mukwiye kubishishikara kuko muzi igihe tugezemwo. Iki ni igihe co kwikangura, kuko agakiza kacu katwegereye kurusha ca gihe twatangura kwizera.


Sindabandikiye ibi kugira ngo ndabamaramaze, ahubwo nipfuza kubaburira nk’abana banje nkunda cane.


Ibi ndabivuze kugira ngo ndabamaramaze. Birashoboka ko muri mwebwe habura n’umwe afise ubwenge, ashoboye gutatura amatati ari hagati mu bizera?


Ariko abizera bose ntibamenye ibi. Bamwe baramenyereye ibigirwamana gushika aho n’ubu, iyo bariye ivyashikaniwe ivyo bigirwamana, bumva umenga basenze imana zifise ubugingo, gutyo imitima yabo igahumana kubera intege nke zabo.


Ni co gituma bivugwa ngo: “Ikangure, wewe usinziriye, vyuka uve mu bapfuye, maze Kristo arakumurikira.”


mudatwarwa n’ivyipfuzo vy’umubiri nk’abapagani batazi Imana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ