1 Korinto 15:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe29 Nimba ata zuka ririho, none abo babatizwa mu kibanza c’abapfuye babigira biteze iki? Nimba abapfuye batazozuka, ni kubera iki hari ababatizwa mu kibanza cabo? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)29 Cank’ ababatizwa mu gishingo c’abapfuye bazobamarira iki? Asangw’ abapfuye batazurwa na mba, n’iki gituma bababatirizwa? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |