1 Korinto 15:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Kuko ategerezwa kuganza gushitsa ashize abansi biwe musi y’ibirenge vyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Kuko guhangama azokwama ahangamye gushitsa ah’ azoshirira abansi biwe bose musi y’ibirenge vyiwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |