Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

21 Nk’uko urupfu rwazanywe n’umuntu, n’ukuzuka kw’abapfuye na kwo kuzanwa n’umuntu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Kuko nk’uk’ urupfu rwazanywe n’umuntu, n’ukuzuka kw’abapfuye kwazanywe n’umuntu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:21
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramubwira ati: “Ni jewe kuzuka n’ubugingo. Uwunyizera wese, naho yopfa, azobaho.


Kuko impembo y’icaha ni urupfu, ariko ingabire Imana itanga ku buntu ni ubugingo budashira duheshwa no kwizera Kristo Yesu, Umwami wacu.


Nk’uko muri Adamu bose bapfuye, muri Kristo bose bazogirwa bazima.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ