1 Korinto 15:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Ubwo Butumwa ni bwo bubakiza mwumiye ku majambo nababwiye. Ahandi ho ukwizera kwanyu kwoba ari ukw’ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 kandi mugakizwa na bgo, asangwa mukibufashe nk’uko nabubabgiye, shiti mwoba mwizereye ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |