Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:16 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

16 Kandi nimba abapfuye batazozurwa, na Kristo ntiyazuwe mu bapfuye.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

16 Asangw’ abapfuye batazuka na Kristo ntarakazuka:

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:16
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nimba Mpwemu w’Imana yazuye Kristo mu bapfuye aba muri mwebwe, nta kabuza ko Imana izoha imibiri yanyu ipfa ubugingo, biciye muri Mpwemu wayo aba muri mwebwe.


Kandi ikirengeye ivyo, twebwe intumwa twoba tubeshera Imana, kuko twama dushinga intahe ko Imana yazuye Kristo mu bapfuye. Ariko nimba Imana itamuzuye mu bapfuye, koko nta zuka ry’abapfuye rihari.


Nimba na ho Kristo atazutse, ukwizera kwanyu ni ukw’ubusa, muracagendera mu vyaha vyanyu.


Nimba ata zuka ririho, none abo babatizwa mu kibanza c’abapfuye babigira biteze iki? Nimba abapfuye batazozuka, ni kubera iki hari ababatizwa mu kibanza cabo?


ko yahambwe hanyuma akazuka ku musi ugira gatatu nk’uko Ivyanditswe bibivuga,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ