Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 15:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

12 None rero nimba twigisha ko Kristo yazutse mu bapfuye, ni kubera iki bamwe muri mwebwe bavuga ko ata zuka ry’abapfuye rihari?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

12 Ariko, ko Kristo avugwa ko yazutse mu bapfuye, bamwe muri mwebge bavuga bate yukw ata wuzuka?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 15:12
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bumvise ivyo kuzuka kw’abapfuye, bamwe baritwengera, ariko abandi bavuga bati: “Tuzosubira kukwumviriza kuri ivyo ikindi gihe.”


Mu bisanzwe, Abasadukayo bavuga ko ata kuzuka, ata bamarayika canke impwemu bibaho, ariko Abafarisayo bo bemera ko ivyo vyose bibaho.


Mbega ni kuki muri mwebwe hari abibaza ko bidashoboka ko Imana izura abapfuye?


Ariko yaba jewe, yaba bo, ivyo ni vyo twigisha, kandi ni vyo mwizeye.


baremeshe imitima yanyu bongere babakomeze mu bikorwa vyiza no mu majambo yanyu.


Bataye inzira y’ukuri, bigisha ko izuka ry’abapfuye ryamaze kuba, maze basambura ukwizera kwa bamwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ