1 Korinto 15:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Ubu na ho bene Data, nagomba kubibutsa Ubutumwa Bwiza nababwiye, ubwo mwakiriye mukabugumamwo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Bene Data, ndabamenyesha ubutumwa bgiza, ubgo nababariye, namwe mukabgākīra, kandi mukabuhagararamwo, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |