1 Korinto 14:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe9 No kuri mwebwe ni uko. Mutavuze amajambo atahuritse y’ururimi rwanyu, nta womenya ico muriko muravuga. Mwoba muriko mubwira ikirere gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)9 Namwe n’uko, ururimi rwanyu ni rutavuga ibimenyekana, bazomenya bate ivyo muvuga? Kuko muzoba muvuga ibitwarwa n’umuyaga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |