Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 14:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

7 Ni ko bimeze no ku bicurarangisho bisanzwe bitagira ubuzima, nk’umwironge canke inanga. Mbega bivuze co kimwe, hari uwoshobora kumenya ikivugijwe?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Kandi n’ibidafise ubugingo biri n’amajwi: umwironge iy’ udatandukanije ijwi, cank’ inanga, bomenya bate irivuzwa cank’ iricurarangwa?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 14:7
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro ntimwarira.’


Bameze nk’abana bicaye ku mbuga, bahamagara bagenzi babo bakababarira bati: ‘Twabavugirije umwironge, ariko ntimwatamba; hanyuma tubaririmbira iz’ikigandaro, ntimwarira.’


Naho novuga mu ndimi z’abantu n’iz’abamarayika ntagira urukundo, noba meze nk’inkengeri canke icuma gisamirana.


Bene Data, mbega iyo nza iwanyu mvuga mu ndimi, nari kubamarira iki ntabazaniye ivyo nahishuriwe, amajambo y’ubwenge, ubuvugishwa canke inyigisho?


Kandi n’inzamba itavugijwe mw’ijwi ribereye, abasoda ntibomenya ko bahamagawe ngo baje ku rugamba.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ