1 Korinto 14:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe6 Bene Data, mbega iyo nza iwanyu mvuga mu ndimi, nari kubamarira iki ntabazaniye ivyo nahishuriwe, amajambo y’ubwenge, ubuvugishwa canke inyigisho? အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko none, bene Data, ni naza i wanyu mvuga indimi zitamenyekana, nzobamarira iki, ni ntababarira ivyo mpishuriwe, cank’ ivyo mpawe kumenya, canke kuvugishwa n’Imana, canke kwigisha? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |