1 Korinto 14:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Uwuvuga mu ndimi zitamenyekana aba ariko ariyubaka we nyene, ariko uwuvugishwa n’Imana aba ariko arubaka ishengero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Ūvuga ururimi rutamenyekana ariyubaka, arik’ ūvugishwa n’Imana yubaka ishengero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |