1 Korinto 14:35 - Bibiliya mu Kirundi coroshe35 Bafise ico babaza, bazokibarize abagabo babo i muhira. Kuko bitabereye ko umugore avuga mu makoraniro y’ishengero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)35 Kandi ni hagira ico bagomba kwiga, babarize abagabo babo i muhira, kuko biteye isoni k’umugore avuga mw ishengero. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |