1 Korinto 14:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Abavugishwa n’Imana bose bazokuranwa kuvuga, umwe avuge uwundi ahejeje, kugira mugire ico mutahuye hanyuma muterwe intege. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Kuko mwese mushobora kuvugishwa n’Imana umwe‐umwe, ngo bose bige, bose bahanūrwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |