Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 14:29 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

29 Abantu nka babiri canke batatu bazotange ubuvugishwa, abandi na bo basese, bihweze ivyavuzwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

29 Kandi n’abavugishwa n’Imana bavuge ari babiri canke batatu, abandi babigenzure.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 14:29
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mw’ishengero ryo muri Antiyokiya hari abavugishwa n’Imana n’abigisha ari bo Baranaba, Simeyoni bita Mwirabure, Lukiyo Umunyakurene, Manayeni yari yakuranye na Herode Antipa, hamwe na Sawuli.


abandi abaha ububasha bwo gukora ibitangaza, abandi abaha kuvugishwa n’Imana, abandi abaha gusesangura impwemu, abandi abaha kuvuga mu ndimi, abandi na bo abaha kuzisigura.


Naho nogira ingabire yo kuvugishwa n’Imana, nkagira ukwizera kwokwimura imisozi ariko ntagira urukundo, vyoba ari ubusa.


Ata musobanuzi ahari, uwo muntu ntazovuge mu rusengero, azokwiganirire n’Imana wenyene.


Nimba hari uwicaye mu rusengero hanyuma akagira ico abwiwe n’Umwami Imana, uwari asanzwe ariko aravuga azoce abanza ahagarike.


Abavugishwa n’Imana bategerezwa kuganza impwemu zabo, bagakuranwa kuvuga,


Nimba muri mwebwe hari uwibwira ko ari umuvugishwa n’Imana canke afise ingabire za Mpwemu Yera, akwiye kwemera ko ivyo ndabandikiye ari ibwirizwa rivuye ku Mwami Imana.


None rero bene Data, mwipfuze kuvugishwa n’Imana, kandi ntimubuze abavugishwa n’Imana mu ndimi zitamenyekana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ