1 Korinto 14:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Abantu nka babiri canke batatu gusa abe ari bo bavuga mu ndimi zitamenyekana kandi havuge umwe umwe, hongere habeho uwuzisobanura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Ni haba harih’ abavuga ururimi rutamenyekana, havuge babiri canke batatu, badasāga, kandi bavuge bakurikirana, hagire ūbisobanura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |