1 Korinto 14:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 None rero, abatizera canke abantu badatahura ivyo kuvuga mu ndimi zitamenyekana baje mu makoraniro y’ishengero yanyu, bakumva muvuga mu ndimi zitamenekana, bazokwibaza ko mwasaze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Nukw ishengero ryose, iyo rikoraniye hamwe, bose bakavuga indimi zitamenyekana, hakinjiramw’ abatungu cank’ abatizera, ntibovuga yuko mwasaze? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |