1 Korinto 14:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Indimi zitamenyekana rero ni ikimenyetso ku batizera, si ku bizera. Ariko ubuvugishwa ntibuhari ku neza y’abizera, ni ku y’abatizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Ni co gituma indimi zitamenyekana zitabera abizera ikimenyetso, ariko zikibera abatizera: ariko kuvugishwa n’Imana kwo, ntikubera abatizera ikimenyetso ariko kukibera abizera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |