1 Korinto 14:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Mu vyagezwe haranditswe ngo: “Nzobwira abantu banje mu ndimi zitazwi, nkoresheje akanwa ka ba kavantara. Ariko na ho nyene, ntibazonyumvira.” Ni ko Umwami Imana avuze. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Mu vyagezwe handitswe, ngo Nzovuganira n’ubu bgoko mu kanwa k’abavuga izindi ndimi no mu kanwa k’abanyamahanga, ariko naho nzovuga ntyo, ntibazonyumvira, ni k’Uhoraho agize. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |