1 Korinto 14:2 - Bibiliya mu Kirundi coroshe2 Uwuvuga mu ndimi zitamenyekana ntaba ariko arabwira abantu ahubwo aba ariko arabwira Imana, kandi nta n’uwushobora kumutahura. Impwemu yiwe iba iriko iravuga amabanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)2 Ūvuga ururimi rutamenyekana s’abantu abarira, arikw abarira Imana, kukw ata wuvyumva, ariko mu mpwemu avuga amabanga. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |