1 Korinto 14:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Ariko mu rusengero, mpitamwo kuvuga amajambo yumvikana atanu arimwo inyigisho aho kuvuga amajambo ibihumbi cumi mu ndimi zitamenyekana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 ariko mw ishengero nopfuma mvugisha ubgenge bganje amajambo atanu, kugira ngo nigishe n’abandi, hako mvuga amajambo ibihumbi cumi mu rurimi rutamenyekana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |