1 Korinto 14:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 None ndabigenze gute? Nzosengesha impwemu yanje, ariko nzosengesha n’ubwenge. Nzoririmbisha impwemu yanje, ariko kandi nzoririmbisha n’ubwenge bwanje. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Nuko ngire nte? Nzosengesha impwemu yanje, ariko kandi nzosengesha n’ubgenge: nzoririmbisha impwemu yanje, ariko kandi nzoririmbisha n’ubgenge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |