1 Korinto 14:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 None rero, ntaronse insiguro y’ivyo mbariwe noba ndi umunyamahanga kuri uwo ambarira, kandi na we nyene yoba ari umunyamahanga kuri jewe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 nukw iyo ntamenye ukw ijwi risobanurwa, uno avuga mba ndamubereye ūdebagura, kandi nanje, uno avuga aba ambereye ūdebagura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |