1 Korinto 14:1 - Bibiliya mu Kirundi coroshe1 Murondere kugira urukundo kandi mwipfuze cane kuronka ingabire za Mpwemu, na canecane ingabire y’ukuvugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)1 Mwirukire urukundo: yamara mwifuze cane ingabire za Mpwemu, cane‐cane kuvugishwa n’Imana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |