1 Korinto 13:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Kuvugishwa n’Imana, kuvuga mu ndimi zitamenyekana, n’ubwenge budasanzwe bizohera. Ariko urukundo ruzokwamaho ibihe vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Urukundo nta ho rushira. Ukuvugishwa n’Imana kuzokūrwaho, ukuvuga izindi ndimi kuzogira iherezo, ubgenge buzokūrwaho. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |