1 Korinto 13:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Ivyo tubona ubu ni nk’ivyijiji mu cirore, ariko hazogera igihe tuzobona neza vyose amaso mu yandi. Ubu tuzi agace, ariko hari igihe tuzomenya vyose, nk’uko Imana ituzi neza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Kuk’ ubu turābira mu cirore ivyijiji, arikw ico gihe tuzorāba nk’abarābana imbonankubone. Ubu nzi agace, arikw ico gihe nzomenya rwose nk’uko namenywe rwose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |