Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




1 Korinto 13:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Nkiri umwana navuga kandi nkiyumvira nk’umwana. Ariko maze gukura ivy’ubwana nabitaye kure yanje.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Nkir’u mwana mutoya, navuga rwana, niyumvira rwana, nibgira rwana. Mmaze gukura, mva mu vy’ ubgana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




1 Korinto 13:11
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze abigishwa bavugana hagati yabo bati: “Ivyo abivuze kubera tutazanye imikate.”


Ariko igihe kizogera aho vyose bizokwuzuzwa, maze ivy’ibice bikazokurwaho.


Ivyo tubona ubu ni nk’ivyijiji mu cirore, ariko hazogera igihe tuzobona neza vyose amaso mu yandi. Ubu tuzi agace, ariko hari igihe tuzomenya vyose, nk’uko Imana ituzi neza.


Bene Data, ntimube nk’abana bato mu gutahura ibi. Mube abana bato ku bijanye n’icaha, ariko mube nk’abakuze mu gutahura ibintu nk’ibi.


Ico ngomvye kuvuga ni uko iyo samuragwa akiri umwana, nta ho aba atandukaniye n’umugurano, naho ivya se vyose biba ari ivyiwe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ